Agakarata Ikibanza câigikumu
Kurondera inyishu yâubuzima?
Kuri: ______________________________________________________ ______________________________________________________ ______________________________________________________
IBANGA
RYâUBUZIMA Ntimugire ico mwiganyira, ariko muri vyose, ivyo mugomba bimenyeshwe Imana, mugusenga no mukwinginga bifatanije no gukenguruka. Maze amahoro yâimana aruta uko yomenywa nâumuntu wese, azoteramira imitima yanyu nâivyiyumviro vyanyu muri Kristo Yesu. Abo I Filipi 4: 6-7
BWâUKURI
IBANGA
RYâUBUZIMA BWâUKURI
Ni gute noronka amahoro nyakuri?
Mbega uraremerewe nâumutwaro munini?
Mbega urazi neza iherezo ryâubuzima bwawe?